Perezida William Ruto Yatangaje ko Kenya Izokuraho Visa ku Banyafurika Bose Bajayo. Yatangaje ko mu mpera z'uyu mwaka ata munyafrika numwe azosubira gusabwa visa kugira ashobore kuza muri Kenya. Gushika mu mwaka w'i 2022, amazinga ya Seyishele n'ibihugu vya Gambiya na Benin ni vyo vyonyene birekurira Abanyafrika bose kuvyinjiramwo ata visa babanje gusabwa. https://www.radiyoyacuvoa.com/a/7333085.html ### "Be courteous to all, but intimate with few; and let those few be well tried before you give them your confidence", George Washington. ###
Rwanda News Online publishes news, analysis and reports on politics, governance, human rights, security, justice, development and regional relations affecting Rwanda and the African Great Lakes Region. It follows major national and international developments and provides relevant information for Rwandans at home and abroad.